× Home Ministries Choirs Pastors Bible Entertainment Development Health Love Fashion Music

Ev. Furaha NAHIMANA MUGISHA [Our Ambassador in Burundi]

Bavuze Inganji wumva iki?

Bavuze Inganji wumva iki?

Ijambo inganji ivuye mu rivuga kuganza, mu yandi majambo ni ugutegeka (ubutegetsi) canke kuyobora (igihugu, ishirahamwe, n’ibindi...) Ariko uyu mwanya inganji nje kukubwira sivyo mvuze aho haruguru. Inganji n’ishirahamwe rukristo ry’abahinga (…)

Ibirego vy'abakobwa ba Selofehadi vyahinduye icagezwe

Ibirego vy’abakobwa ba Selofehadi vyahinduye icagezwe

Umusi wa gatatu w’igikorane categuwe na Enhakkore Center Church iriba ry’uwambaza. Isaha icumi n’iminota mirongwibiri n’itandatu (16h26’) mu masaha y’i Burundi no mu Rwanda niho umurwi w’abaririmvyi ba Worship Team washika ku ruhimbi (…)

Aho abantu bazi kuri bu Maramarire niho Yesu aje kugutabarira

Aho abantu bazi kuri bu Maramarire niho Yesu aje kugutabarira

Umusi wa kabiri w’igikorane categuwe na Enhakkore Center Churchh Iriba ry’Uwambaza. Isaha icumi n’iminota mirongwibiri n’itandatu (16h26’) mu masaha y’i Burundi no mu Rwanda niho umurwi w’abaririmvyi ba Worship team bashika kuruhimbi (…)

Inkuru Ikunzwe