Ev. Chris Ndikumana yakoze igikorane cahuje imigabane yose y’isi mu Burundi citabirwa n’abantu ibihumbi 30
KANGUKA BURUNDI IKI NICO GIHE CAWE. Umuvugabutumwa bwiza bwa Yesu Kristo, Chris Ndikumana abenshi bakunda cane mu kiganiro "Kanguka" yama atanga buri munsi ku mbuga ngurukana bumenyi, yakoze igikorane cahuje imigabane yose y’isi mu Burundi (…)